Urugendo Rwo Kwiyamiriza Ubufaransa Na Michel Kafando Baheruka Kurementaniriza Uburundi Ku Kivi

Urugendo rwo kwiyamiriza Ubufaransa na Michel Kafando baheruka kurementaniriza Uburundi : KU KIVI

Download Dengan Cepat

Name:Urugendo rwo kwiyamiriza Ubufaransa na Michel Kafando baheruka kurementaniriza Uburundi : KU KIVI
Genre:Unknown
Date:12 June 2018
Duration:00:30:54
View:3.2K
Like:7
Dis Like:1
Type:Youtube to Mp3
Bitrate:128kbps
User:kuKirimba TV
Source:Youtube

Kuwa 2 Ruheshi, umwaka w'2018, abarundi mu ntara zitandukanye zigize igihugu cacu c’Uburundi, bazindukiye murugendo rw’amahoro, mu ntumbero yo kwiyamiriza ibiheruka gushikirizwa na Michel KAFANDO, intumwa idasanzwa y’umunyamabanga mukuru wa ONU, kuvyo aheruka gushikiriza mu nama nkuru ya ONU, hamwe n’ivyashikirijwe n’umushikiranganji w’imigenderanire w’igihugu c’ubufaransa, bicanishamwo bikongera bigasinzikaza abarundi bo ben’ijambo. Muri kino kiganiro, tugaruka kubijanye n’urwo rugendo rwatunganijwe mu ntara zizandukanye z’igihugu cacu c’Uburundi. Kuraja no kubacira kumayange, ku bijanye n’igiteramo c’amasengesho cabereye mu gisagara ca Bujumbura, mu ntumbero yo gukengurukira Imana yo yakizigamye mugihe cari mu ngorane


Share on Facebook
Share on Twitter
Share on Google+

Related Posts: